TUYAGE

Sonia Izere Afise umugambi wo gushigikira amakoperative y’abakenyezi i Bubanza na Cibitoke

Sonia Izere Afise umugambi wo gushigikira amakoperative y’abakenyezi i Bubanza na Cibitoke mu kuyaha ingurube nabo bazorore babashe kwibeshaho Sonia ahanura urwaruka ngo rureke ibirori ariko rwitunganirize imigambi y’iterambere. Sonia Izere ni umwigeme yaronkejwe ibahasha ry’umuliyoni mu mafaranga y’amarundi  na Nyen’icubahiro Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye igenekerezo rya 12 Myandagaro 2021 i Gitega ico gihe hari […]

Kurangura umugambi wo kwiteza imbere bisaba kudacika intege

 Kurangura umugambi wo kwiteza imbere bisaba kudacika intege   Kankindi fides caritas batazira kafica  yabaye akarorero ahabaye muri karitiye ya magarama yi komine ya gitega mu gukora umugambi wo kwiteza imbere ujanye no kworora inkoko. Uwo mukenyezi yatanguye   akora amasabune munyuma akora ibitumbura ariko abona n’ubundi ntariko arunguka nk’uko avyifuza  niko guteka umutwe w’ikindi cunguka […]

Kaneza Francine:Umwigeme akora akazi kubufundi bw’amatara(électricienne)

Kaneza Francine Umwigeme akora akazi kubufundi bw’amatara(electricienne) no kubungabunga ivyuma vyo kwa muganga ku bitaro, Ku bwiwe  abigeme ntibotinya gukurikirana uwo mwuga kuko nabo barashoboye . Ikinyamakuru Burundi jobs cagendeye Kaneza Francine,umwigeme akora ivy’umuyagankuba hamwe n’ibimashini bifasha kwa muganga.Aratwiganira ingene yatanguye uwo mwuga: « Nawutanguye nkiri muto cane .Ico gihe nari mu mwaka w’umunani niho natangura […]

Deo Bizimana: Ugukora ibikorwa vyo murugo (guheka abana, guteka kwoza amasahani) uri umugabo, kubwiwe ngo ntibisigura ko uba uganzwa numugore

Deo Bizimana: Ugukora ibikorwa vyo murugo (guheka abana, guteka kwoza amasahani) uri umugabo, kubwiwe ngo ntibisigura ko uba uganzwa numugore canke warariye umuti(jondama) ahubwo n’ ikiranga umwumvikano mu rugo Mu mico y’ikirundi biramenyerewe ko umugore akora ibikorwa vyinshi:gusenya ,kuvoma,guteka,kwoza abana n’ibindi.Iyo habonetse umugabo yunganira umugore muri ivyo bikorwa ,hari ababifata nkaho yoba yarariye imiti canke […]

WIA54: Abakenyezi b’abarundikazi bakwiye kwijukira ubuhinga ngurukanabumenyi

WIA54: Abakenyezi b’abarundikazi bikorera ivyabo bakwiye kwijukira ubuhinga ngurukanabumenyi kugira ibikorwa vyabo bimenyekane  mu makungu « Kugira ibikorwa vyacu bimenyekane ,hari imigenzo imwe imwe abarundikazi dukwiye guheba.Iyo umukenyezi w’umurundikazi akora ibintu ahimbarwa no kubinyegeza ariko si vyiza .N’ukubishira ahabona kugira aronke ababigura gutyo bimufashe kugwiza umwimbu « .Bivugwa n’umushingamateka Spes Caritas Njebarikanuye. Niko Samanta Inarukundo arongoye ishirahamwe […]

Viola NIYONGERE , Umukenyezi yize kaminuza mugisata ca Génie électrique , afise uruganda rukora ibirato muma pine yaheze. Ahanura urundi rwaruka kutagaya akazi.

Viola NIYONGERE , Umukenyezi yize kaminuza mugisata ca Génie électrique , afise uruganda rukora ibirato muma pine yaheze. Ahanura urundi rwaruka kutagaya akazi. Viola Niyongere yarangije kaminuza ,kuva ahejeje amashure , nta kazi yigeze agaya kugirango arondere kwubaka kazoza kiwe. Ahanura urundi rwaruka kutagaya akazi : «« nk’umwana w’umukukobwa ahejeje kaminuza uba wumva kuja gushona ibirato […]

APPOLINAIRE ATANGAZA BENSHI IYO BAMUBONYE ATEKA AKONGERA AKAGABURIRA ABANA MU GIHE UMUFASHA WIWE ABA YIRIWE MU YINDI MIRIMO.

APPOLINAIRE ATANGAZA BENSHI IYO BAMUBONYE ATEKA AKONGERA AKAGABURIRA ABANA MU GIHE UMUFASHA WIWE ABA YIRIWE MU YINDI MIRIMO. Ari muri bake bashoboye gutahura ko umugabo n’umugore bangana mu rugo. Kujakuvoma nindobo yamazi ku mutwe , gukubura, kwoza abana no kubatekera kubagaburira no kuraba ko ataco babuze ntibimuter’isoni iyo umugore arihari canke adahari yazindukiye muyindi mirimo yo […]

ABAKENYEZI B’IMBONEZA BAGIYE HAMWE BIGA UMWUGA WO KUJISHA BAKORESHEJE IBISHISHWA VY IBIGORI

ABAKENYEZI B’IMBONEZA BAGIYE HAMWE BIGA UMWUGA WO KUJISHA BAKORESHEJE IBISHISHWA VY IBIGORI Abakenyezi cumi bo mu Ruziba bagiye hamwe biga ubuhinga bwo kujisha amakapo bakoresheje ibishishwa vy’ibigori ,ubu bakaba bashobora gufasha mu rugo. Intango yabo ntiyoroshe muga barabishoboye naho impinga ikiri ndende. Oda NINDORERA, arangoye ishirahamwe ry’abakenyezi bajisha bo muri zone kanyosha quartier Ruziba, MUKENYEZI […]

ANGE KELLY UMUKUNZI: Garagiste , mécanicienne réparatrice automobile.

ANGE KELLY UMUKUNZI: Garagiste , mécanicienne réparatrice automobile. Même si des inégalités subsistent, rien n’empêche les plus passionnées de suivre leur voie ! De plus en plus, les femmes arrivent à conquérir des secteurs professionnels majoritairement masculins. Comme le dit le dicton selon lequel, aux âmes bien nées , la valeur n’attend point le nombre […]

LA PERLE RARE : A LA RENCONTRE D’UNE FEMME TAXI-VELO

LA  PERLE RARE : A LA  RENCONTRE D’UNE FEMME TAXI-VELO Femme,  battante, fière, plutôt ouverte d’esprit tels sont les qualités de Hyacynthia NKORERIMANA, jeune de 28 ans qui exerce comme fonction taxi-vélo, Lors de l’interview elle nous confie ses challenges quotidiens, sa motivation derrière cette prise de décision et nous donne des astuces pour surmonter toutes […]
Verified by MonsterInsights