Fellowships

Munyana Francine umudereva w’ ibimashini bikora amabarabara: atuyagira ingene akora ico gikorwa ahanini womenga cagenewe abagabo.

Munyana Francine umudereva w’ ibimashini bikora amabarabara: atuyagira ingene akora ico gikorwa ahanini womenga cagenewe abagabo. Mu myuga myinshi abigeme n’abakenyezi bakora harimwo bakeya bagendesha imiduga ariko tumenyereye banyonga imiduga mito mito. Ikinyamakuru Burundi Jobs caragendeye Francine Munyana  .Uwo mwigeme w’umurundikazi agira ati: »Kuba ndi umwigeme nkaba ndi muvyo gukoresha ibimashini bikora amabarabara ndabishima.Biramfasha kanatsinda ni […]

Abakenyezi bo mu ntara ya Gitega bariko bakora gute ibikorwa vyo kwiteza imbere?

Abakenyezi bo mu ntara ya Gitega bariko bakora gute ibikorwa vyo kwiteza imbere?   Mbwira yaganiriye n’Abakenyezi batatu ibasanze aho bariko bakorera imirimo yabo mu ntara ya Gitega, umutumba (Quartier) Magarama. Niyibigira Pascaline ni Umukenyezi mwirimizi afise abana batatu(3), aba muri komine n’intara ya Gitega ku mutumba (quartier) Magarama. Uwo mukenyezi avuga ko ataratangura akazi […]

Hakizimana spes cartas: Umupfasoni akora akazi ko kumwa imishatsi(salon de coiffure) ngo naho uwomwuga whiharije gukora abagabo ngo nabagore barabishoboye kubikora

Hakizimana spes cartas: Umupfasoni akora akazi ko kumwa imishatsi(salon de coiffure) ngo naho uwomwuga whiharije gukora abagabo ngo nabagore barabishoboye kubikora Hakizimana spes cartas umupfasoni wo kumutumba wa mukoro komine bugendana intara ya gitega amaze imyaka 11 yubatse akaba afise abana batanu akaba akora umwuga wo kumwa Abantu aho uwo mwuga ngo awumazemwo imyaka itatu […]

Musavyiwimana prudent : Gukora ibikorwa vyo munzu uri umugabo ngo  si ukuganzwa n’umugore.

#Masculinité positive Musavyiwimana prudent : Gukora ibikorwa vyo munzu uri umugabo ngo  si ukuganzwa n’umugore. Umushingantahe(Umugabo) yotegura umwana(umu bébé) agateka,akoza ivyombo kandi afise umufasha(umugore)? Musavyiwimana prudent wo muri karitye karera 1 komine n’intara ya gitega amaze imyaka ine yubatse akaba afise abana 2 asanzwe yaratahuye uruhara rw’umugabo murugongo kuriwe ibikorwa vyo kwoza umwana,gukoropa,guteka nibindi ngo birasanzwe.Arabikora […]

Sonia Izere Afise umugambi wo gushigikira amakoperative y’abakenyezi i Bubanza na Cibitoke

Sonia Izere Afise umugambi wo gushigikira amakoperative y’abakenyezi i Bubanza na Cibitoke mu kuyaha ingurube nabo bazorore babashe kwibeshaho Sonia ahanura urwaruka ngo rureke ibirori ariko rwitunganirize imigambi y’iterambere. Sonia Izere ni umwigeme yaronkejwe ibahasha ry’umuliyoni mu mafaranga y’amarundi  na Nyen’icubahiro Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye igenekerezo rya 12 Myandagaro 2021 i Gitega ico gihe hari […]

Kurangura umugambi wo kwiteza imbere bisaba kudacika intege

 Kurangura umugambi wo kwiteza imbere bisaba kudacika intege   Kankindi fides caritas batazira kafica  yabaye akarorero ahabaye muri karitiye ya magarama yi komine ya gitega mu gukora umugambi wo kwiteza imbere ujanye no kworora inkoko. Uwo mukenyezi yatanguye   akora amasabune munyuma akora ibitumbura ariko abona n’ubundi ntariko arunguka nk’uko avyifuza  niko guteka umutwe w’ikindi cunguka […]

Kaneza Francine:Umwigeme akora akazi kubufundi bw’amatara(électricienne)

Kaneza Francine Umwigeme akora akazi kubufundi bw’amatara(electricienne) no kubungabunga ivyuma vyo kwa muganga ku bitaro, Ku bwiwe  abigeme ntibotinya gukurikirana uwo mwuga kuko nabo barashoboye . Ikinyamakuru Burundi jobs cagendeye Kaneza Francine,umwigeme akora ivy’umuyagankuba hamwe n’ibimashini bifasha kwa muganga.Aratwiganira ingene yatanguye uwo mwuga: « Nawutanguye nkiri muto cane .Ico gihe nari mu mwaka w’umunani niho natangura […]

Deo Bizimana: Ugukora ibikorwa vyo murugo (guheka abana, guteka kwoza amasahani) uri umugabo, kubwiwe ngo ntibisigura ko uba uganzwa numugore

Deo Bizimana: Ugukora ibikorwa vyo murugo (guheka abana, guteka kwoza amasahani) uri umugabo, kubwiwe ngo ntibisigura ko uba uganzwa numugore canke warariye umuti(jondama) ahubwo n’ ikiranga umwumvikano mu rugo Mu mico y’ikirundi biramenyerewe ko umugore akora ibikorwa vyinshi:gusenya ,kuvoma,guteka,kwoza abana n’ibindi.Iyo habonetse umugabo yunganira umugore muri ivyo bikorwa ,hari ababifata nkaho yoba yarariye imiti canke […]

WIA54: Abakenyezi b’abarundikazi bakwiye kwijukira ubuhinga ngurukanabumenyi

WIA54: Abakenyezi b’abarundikazi bikorera ivyabo bakwiye kwijukira ubuhinga ngurukanabumenyi kugira ibikorwa vyabo bimenyekane  mu makungu « Kugira ibikorwa vyacu bimenyekane ,hari imigenzo imwe imwe abarundikazi dukwiye guheba.Iyo umukenyezi w’umurundikazi akora ibintu ahimbarwa no kubinyegeza ariko si vyiza .N’ukubishira ahabona kugira aronke ababigura gutyo bimufashe kugwiza umwimbu « .Bivugwa n’umushingamateka Spes Caritas Njebarikanuye. Niko Samanta Inarukundo arongoye ishirahamwe […]

EMEDIENNE NKUNDIMANA, UMWIGEME W’UMUYANGAYANGA (YOTSA INYAMA), AKAZI KIWE GATUMA ASHOBORA KWIBESHAHO N’UMURYANGO WIWE

EMEDIENNE NKUNDIMANA, UMWIGEME W’UMUYANGAYANGA (YOTSA INYAMA), AKAZI KIWE GATUMA ASHOBORA KWIBESHAHO N’UMURYANGO WIWE Tumenyereye akazi ko kwotsa inyama mu bu bare ari akazi kagenewe abagabo, ibihe bishir’ibindi, n’abigeme baratanguye kuja baribonekeza aho akabare usanga veterineri ari umwigeme canke umpfasoni kandi ntakumirwa canke ihohoterwa rifatiye kugitsina arahura naryo. Abagabo bakorana aka kazi barabishima . Uyu n’umwe […]
Verified by MonsterInsights